Mother Tongue
  Kirundi

Mother Tongue
Mother Tongue
(Родной язык)

Тексты для 2010
перевода

Галерея
Переводы-
победители

Home
Texts for 2010
Picture Gallery
UpJohn Award
Winning
Translations

Contact

Jewe si ndi umwanditsi w'amajambo

....kandi siko kazi kanje...

.....Kubera iki mvuga ubusa bw'amajambo--------------------

Mu gihe inyenyeri ari nziza cane!

Ku muntu wese hariho inzira afat

Kubaho

Kurwana

Gukunda

no kurekura umutima wiwe
ni wuguruke?





Hariho ibitangaza bimwe bimwe bidukikije twese,

mugabo iyo ushaka kubibona vyose-

Utegerezwa gushimira So wawe

kandi ukamwishimira umuhagiza imbere ya vyose.





Nicholai Naumov               Therese Kandindi



Back to Flags

 







Web Design by Haktar